Last updated on August 1st, 2024 at 03:34 pm
Ibihekane “mpw” na “mvw” bishobora gukurikirwa n’inyajwi zose ari zo i,u,o,a,e.
Igihekane “mpw”
Ingero
- Impwerume
- Impwempwe
- Mpwerazikamwa
- Sempwempwe
- Arampwitura
- Sempwempwe anyegereje urusyo nsya amasaka.
- Abana bagiye kwa Mpwerazikamwa.
- Umumpwiturire kugira ng aze kuzinduka.
- Simpwanye n’abo bacuruzi badasora.
Igihekane “mvw”
Ingero
- Kumvwa
- Bizumvwe
- Barumvwa
- Yumvwe
- Ntitwumva
- Radiyo yumvwa n’abantu benshi.
- Ibyo urabivuga ngo bizumvwe na nde?
- Aba bana bumvwe neza.
- Uyu musinzi ntakwiye kumva rwose.
Leave a comment